Trending

Buja Music Awards yakoze ivyo umuririmvyi Vichou yabasavye, soma urwandiko BMA yashize kumbuga zabo

Buja Music Awards yakoze ivyo umuririmvyi Vichou yabasavye, soma urwandiko BMA yashize kumbuga zabo
Inyuma yaho ku musi wejo Umuririmvyi Vichou asohoye aka video asaba ko abategura Buja Music awards bomusaba ikigongwe babicishije aho bacishije mukumushira muma categories yose bari bashizemwo umuririmvyi Vichou mw'ihiganwa rya Buja Music Awards, twazindutse tubona urwandiko ku mbuga zisanzwe zikoresha BMA, bagize bati : 

Bonjour.
Suite à la demande faite via les médias sociaux de The Fighter Productions et Vichou.
Nous tenons à nous excuser publiquement d'avoir voulu honorer Vichou en le mettant sur notre liste de nominés et cela suite à une communication qui n'a pas été bien claire pendant nos correspondances avec son management.
C'est pour cette raison que nous nous excusons du dommage encouru à sa personnalité et à son image.
Nous espérons bien que la journée passé parmi nos nominés dans le BMA 2019 ne laissera de cicatrices et nous nous engageons à retirer votre nom de notre liste, d'ailleurs cela a été fait depuis hier.

Nous vous souhaitons la meilleure dans votre carrière
Cordialement

Nkuko mubibona mururwo rwandiko Buja Music Awards yashize ahabona, bakaba basavye imbabazi umuririmvyi Vichou hamwe n'uburongozi bwa The Figther Production burongowe na Happy famba, bakaba kandi barangije bamwifuriza gutera imbere mu mwuga wiwe.