Umukuru w'igihugu Pierre Nkurunziza ahejeje kugendera Intamba Aho bagirira imyemenyerezo kuri Stade Prince Louis Rwagasore
Mugihe hasigaye imisi ibiri ngo habe ico bise Intamba Day umusi watunganijwe mu ntumbero yo gushigikira umurwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba, nyen'icubahiro umukuru w'igihugu yagendeye abakinyi, kwirikirana mu ma photos