umurwi rock stone ni umurwi wabarundi baba mugihugu c'ububirigi urongowe na sag wise baheruka gushira hanze amasanamu yindirimbo yabo idasanzwe ayo masanamu akaba akozwe kubuhinga buhanitse bakaba bibanze cane cane kukaranga nakahise kuburundi iyondirimbo ikaba yagiye kumugaragaro itariki 3/5/2018