Trending

Inama nshingamateka hamwe n'ayandi mashirahamwe bahejeje gutanga intererano zabo k'umugwi Intamba murugamba

Inama nshingamateka hamwe n'ayandi mashirahamwe bahejeje gutanga intererano zabo k'umugwi Intamba murugamba
Ivyo birori vyo guterera Intamba muciswe "Dushigikire Intamba"vyabereye kubiro bikuru vy'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru FFB mugisagara ca Bujumbura kuruyu wa  13 ruheshi 2019

Ethiopian Airlines iterereye Intamba amatike y'indege afise igiciro c'imiriyone cumi n'icenda(19.000.000 fbu)
Inama nshingamateka ikaba yaterereye imiriyoni cumi na zitanu : 15.000.000fbu
Sobugea nayo ikaba iterereye intamba5.000.000fbu
Ikigega Cecad 5.000.000fbu
Garage Toyota 5.000.000fbu
                   Unzu y'ubudandaji Durakot 5.000.000fbu
 Kwirikirana mu ma photos:






Ivyo birori bikaba vyasozerewe n'ibibazo vy'abamenyesha babajije Reverien Ndikuriyo arongoye FFB