Trending

Buja Music Awards 2019 1st Edition : Sat-B niwe yashoboye gutahukana ubushimwe bwinshi, Nguku uko vyagenze...

Buja Music Awards 2019 1st Edition : Sat-B niwe yashoboye gutahukana ubushimwe bwinshi,  Nguku uko vyagenze...
Hari kuruwu wa mungu igenekerezo rya 7 Mukakaro 2019 mukigo ndangamico c'abafaransa aho harangizwa ihiganwa Buja Music Awards
Bikaba vyagenze neza hao ubona ko ivyo birori vyari vyitabiriwe n'abantu atari bake yaba abahiganwa canke abaje gushigikira abahiganwa.
Club Culturella Indangaburundi nizo zatanguye guteramisha imbere yuko hatangurwa gutangwa ubushimwe
ATM JEFF umuririrmvyi avuye muri Australie niwe muririmvyi yaciye akurikira guteramisha batanguye gutanga ubushimwe ku muce wambere
Lolilo Simba niwe yaciye akurikira ibirori bigeze hagati mugutanga ubushimwe
Sat-B niwe yateramishije ibirori vyo gutanga ubushimwe bisa n'ibirangiye
Msamalia Daniello numwe mubaririmvyi bategerezwa guteramisha ariko atashoboye kuboneka kumvo zitaramenyekana
Abandi bashoboye guteramisha n'abaririmvyi bagiye barahabwa ubushimwe aho baza baracishako gato gato inyuma y'akajambo baba bashikirije.

Nguku rero uko ubushimwe bw'ihiganwa Buja music Awards bwagiye buratangwa : 

_Best Director  : Landry SB 
_Best Music Producer: Kolly The Magic
_Legend  : Canjo Amisi
_Best Comedian: Kabizi Boris
_Best Group Dance: Alakara Team
_Best Radio Presenter: Ami_Pro
_Best RNB song: Guitar by Lolilo  
_Best hip hop song: Dogo by Fab love
_Best hip hop artist: B.face
_Best Music group : Best life music
_Best New artist : Arnovic
_Best DJ : DJ Mario
_Best video of year : Nzobikora by Masterland
_Best male artist : Sat B
_Best female artist: Miss Erica
_Best Diaspora Artist : Ado Josan
_Best Gospel Artist: Prince Mshindi
_Best collaboration: Iwawe by Akes ft vichou 
_Best Traditional Artist: Bernice The Bell
_Best Performance : Dr Claude
_Best honere : Intamba murugamba
_Best Personality : John K-ay 
_Best Artist of The Year: Sat B
_Best Song of Year : Sat B

Uko niko vyagenze muri Buja Music Awards, Uwashoboye gutahukana ubushimwe bwz39inshi akaba ari Sat-B aho yatahukanye ubushimwe butatu.
Tubibutse ko Buja Music Awards 2019 ari igice ca mbere.