Trending

MESSI NIWE NGO AZOTSINDIRA BALLON D'OR 2019

Ballon d'or nagashimwe gatangwa buri mwaka nikimenyeshamakuru France Football
 kagahabwa umukinyi yigenjeje neza buri mwaka kakaba katanguwe gutangwa incuro yako yambere mu mwaka w'1956 k 'umukinyi yitwa ''STANLEY MATTHEWS'' yamuka mu Bwongereza (ENGLAND) kuva mumwaka 2006 abatora umukinyi bari abamenyeshamakuru bo mumugabane wa Buraya gusa ariko guhera mumwaka 2007 hatora abamenyeshamakuru binkino kumugabane w'aburaya,bakizigenza b'imigwi n'abamenyereza bimigwi nserukira bihugu,uwomupira w'inzahabu rero urashobora guhabwa LIONEL MESSI kuruyu wa 2 kigarama 2019 bivanye n'abamenyesha makuru bamukoresheje ikiganiro ngo baramaze kumwibira ibanga ko ariwe azohabwa umupira w'inzahabu kuncuro igira 6 ko yoba arisuganya.