Trending

UMUKUNZI WA CRISTIANO YAVUGISHIJE BENSHI KUBERA AMAFOTO YASHIZEKO



umukunzi wa cristiano ronaldo yavugishije benshi kumbuga ngurukana bumenyi bivuye,kumafoto yashize kurubuga rwiwe rwa instagram 

georgiana rodriguez umukobwa wimyaka 25 asanzwe arimurukundo numukinyi wicamamare kw'isi cristiano ronaldo yavugishije benshi kkumbuga ngurukana bumenyi kubera ama foto yashizeko ari mumazi ariko aroga mugihugu ca Dubai mugisagara ca abu dhabi abenshi batangajwe nukuntu yariyambaye vyagaragaza uko aremye uko ateye cristiano numukunzi wiwe bakaba bari muri dubai aaho yariyitabiriye ibirori vyo guhabwa agashimwe ka globe soccer awards aho yatowe nkumukinyi yigenje neza kwisi georgina akaba yakundanye na cr7 kuva mumwaka wa 2016 aho bahuriye mumangazini ya gucci mugisagara ca madrid bakaba bafitaniye umwana umwe wumukobwa.