Trending

Vital'o 3-1 Les Lierres

Muri Primus Ligue kumusi wa 23 inkino zabandanyije haba mugisagara eka ndetse no mugihugu Hagata ubwo vitalo ihejeje gutsinda Les Lierres 3-1.
Rwari urukino rwiza cane ubwo umumenyereza wa Vital'o yemejeko ubu ari ugutsinda gusa ko batipfuza gusubira gutakaza urukino narumwe, Tubibutseko Saido Ntibazonkiza batazira LION akaba yasohotse inyuma yaho bariko baramukinira nabi cane.